Iburyo bwawe havyagiye Umwamikazi: (ZABULI 44 (45): (10b), 11-12a, 12b-13, 14-15a, 15b-16)

Yanditswe na IYANKUNZE Jean Claude (Perroquet)

AMAZABURI Assomption (iyuzwa mw'ijuru rya Bikira Maria Ikirundi Inota za PDF Sep 14, 2026

ivyerekeye iyi ndirimbo

Umusi mukuru w'iyurizwa mw'ijuru rya Bikira Maria (assomption)

Amajambo y'indirimbo

Iburyo bwawe havyagiye Umwamikazi: (ZABULI 44 (45): (10b), 11-12a, 12b-13, 14-15a, 15b-16)

R/ Iburyo bwawe havyagiye Umwamikazi
1. iburyo bwawe havyagiye Umwamikazi yambaye inzahabu zavuye muri ofiri
2. Nyumviriza mwananje, itegereze kandi untege ugutwi: ibagira igihugu c'amavukiro yawe n'inzu ya so
3. Umwami azoheza yipfuze ubutore bwawe, ni We Umukama wawe
4. Baramujana bavuza impundu mu gahimbare, binjirana urweze n'akanyamuneza mu ngoro i Bwami

Ibitekerezo

Sangira uko iyi ndirimbo ifasha ishengero ryawe canke abaririmvyi.

Nta gitekerezo kirabaho. Ba uwambere gusangira.