Tambire Imana yacu

Yanditswe na IYANKUNZE Jean Claude (Perroquet)

GUKENGURUKA Ikirundi Inota za PDF Sep 22, 2026
Fungura PDF Bika

ivyerekeye iyi ndirimbo

Dukengurukire Imana yacu

Amajambo y'indirimbo

Tambire Imana yacu

R/ Tambe Tambe (ni)dutambire Imana yacu, tuyishimire ku vyiza yama itugira, n'ubu rabe ratwibutse
1. Yaduhaye umubiri wiwe TAMBE, yaduhaye amaraso yiwe TAMBE
2. Yaduhaye ikinege ciwe Yezu, TAMBE, kugira ngo aze kw'isi aducungure, TAMBE
3. Yaduhaye ubuzima bwiwe, TAMBE, Yaduhaye amahoro yiwe, TAMBE
4. Tambe tambe bakristu mwese, TAMBE, twiyereke uyo Mwami wacu, TAMBE

Ibitekerezo

Sangira uko iyi ndirimbo ifasha ishengero ryawe canke abaririmvyi.

Nta gitekerezo kirabaho. Ba uwambere gusangira.