R/ Mu mwijima ni we muco w'abantu b'intungane (x2)
1. Mu mwijima Umuco uzoboneshereza umuntu mweranda akagira impuhwe, ubushikirane n'ubutungane. Aratabara abarushwa, akagurana bitavuye i mutwe.
2. Ntaho azokwigera anyiganga. Bazokwama bamwikugura imyaka n'imyaka. Ntatinya kumenya ibimugangamira, umutima wiwe urakomeye, wizigiye Imana nsa.
3. Umutima wiwe ni intwari, uzira ubwoba; n'abansi nyne, ntibibanga ingene atabara aboro ntawovyigana, ubutungane bwiwe buzorama imyaka n'imyaka. Ububasha bwiwe ni rurangiranwa
Ibitekerezo
Sangira uko iyi ndirimbo ifasha ishengero ryawe canke abaririmvyi.
Nta gitekerezo kirabaho. Ba uwambere gusangira.