Mawe mwiza Maria

Yanditswe na IYANKUNZE Jean Claude (Perroquet)

BIKIRA MARIYA Gusozera imisa Kwambaza Maria Ikirundi Inota za PDF Sep 13, 2026

ivyerekeye iyi ndirimbo

Mawe dusabire ivyiza twaraganiwe na Kristu vyo gushika mw'ijuru tumubone imbona nkubone hamwe na we n'abaeranda bose kwa Data wa twese

Amajambo y'indirimbo

Mawe mwiza Maria

R/ Mariya Mawe Muvyeyi mwiza, Mawe Mwiza, Mawe dusabire kwa Yezu. Maze turonke ivyiza twaraganiwe (na Yezu), tubone gushika mw'ijuru (x2)
1. Mawe mwiza udusabire kwa Yezu yuberwe na twe gushikia mw'ijuru aho uri
Mawe Mwiza udusabire kwa Yezu tuze dupfe dushobora gushika mw'ijuru +R
2. Mawe turakuzamvye twaga hasi, uduhagarikire umusi tuzopfa
Mawe turakuzamvye twaga hasi dushikane kwa Yezu Umwana wawe +R

Ibitekerezo

Sangira uko iyi ndirimbo ifasha ishengero ryawe canke abaririmvyi.

Nta gitekerezo kirabaho. Ba uwambere gusangira.