ivyerekeye iyi ndirimbo
igisabisho rusangi
Igisabisho rusangi (prière universelle)
Amajambo y'indirimbo
Ni Wewe twiyambaza
Turakwituye Muvyeyi Mana Mushoboravyose,
Tukwazambira tukwitura Mana yacu,
ngo uturonse ivyo tukuzamvye Mwami wacu
Mana ni Wewe twama twimbaza
Mana Muvyeyi wacu
Mukama ni Wewe twama twimbaza
Mana Muvyeyi wacu
Ibitekerezo
Sangira uko iyi ndirimbo ifasha ishengero ryawe canke abaririmvyi.
Nta gitekerezo kirabaho. Ba uwambere gusangira.