ivyerekeye iyi ndirimbo
amajambo y'ino ndirimbo tuyasanga muri Turirimbire Umukama
INYINJIZO
Amajambo y'indirimbo
Mana nzima turarengutse
R/Mana Mana nzima turarengutse, tuje kugusenga We Nyen'inganji
1. Ibiremwo vyose/ ni bikuninahaze/ ibiri kwisi n'ibiri mw'ijuru
2 . Muremyi wa vyose/ umviriza abawe/ baguhe ishimwe rikwiye Umuremyi
3 . Iryo shimwe ryacu/ n'iyi nkuka y'Imisa/ tugusengesha We Nyen'Inganji
4 . Kuber'iyo nkuka/ izakuguherezwa/ nukenguruke abayiguhaye
5 . Uzigame kandi/ n'abatakwitayeho/ kubwa Yezu Kristu yabacunguye
Ibitekerezo
Sangira uko iyi ndirimbo ifasha ishengero ryawe canke abaririmvyi.
Nta gitekerezo kirabaho. Ba uwambere gusangira.