Mana, ndaje iwawe kukuzamba

Yanditswe na IYANKUNZE Jean Claude (Perroquet)

INYINJIZO Ikirundi Inota za PDF Sep 13, 2026

ivyerekeye iyi ndirimbo

inyinjizo, guca bugufi no kwazambira imana

Amajambo y'indirimbo

Mana, ndaje iwawe kukuzamba

R/ Mana ndaje kugusenga (Mana) Mana ndaje kukuzamba, Mana ndaje kukuninahaza ndaje iwae kugusenga.
1. Ndaje iwawe kukuzamba ngo untabaze ikigongwe cawe ***Mana ndaje kukuninahaza ndaje iwae kugusenga
2. Ndaje iwawe kukuzamba ngo wakire imitwaro yanje ***
3.Ndaje iwawe kukuzamba ngo untyorore nse n'inyange ***
4. Nje naga hasi se Muhanyi ndakwazambira ngo untabare ***
5. Ni Wewe Mana nizeye, nta wundi yontabara Mvyeyi ***
6. Kunda wakire ibisabisho tugutuye Mana Muvyeyi ***

Ibitekerezo

Sangira uko iyi ndirimbo ifasha ishengero ryawe canke abaririmvyi.

Nta gitekerezo kirabaho. Ba uwambere gusangira.