ivyerekeye iyi ndirimbo
Ririmba uzirikana naho umengo iranyaruka gerageza ugabanye umuvuduko mu kuyiririmba kugira uzirikane wewe n'uwuyumva
GUSANGIRA
Amajambo y'indirimbo
Kaze mfungurwa
R/ Kaze mfungurwa, Kaze kinyobwa, Kaze Yezu Kaze mu mitima yacu
Kaze mfungurwa, Kaze kinyobwa, Kaze Yezu Kaze buzima bwacu urisanze
1. Ni Wewe mfungurwa ibeshaho : Kaze wibanire natwe
Ni Wewe Kinyobwa c'ubuzima : "
2. Ni Wewe buzima bwacu : Kaze wibanire natwe
Ni Wewe rukundo rudashira : "
3. Ni Wewe mahoro yacu : Kaze wibanire natwe
Ni Wewe rukiza rwacu : "
4. Ni Wewe tuzeyeko vyose : Kaze wibanire natwe
Ni Wewe bukiriro bwa twese : "
Ibitekerezo
Sangira uko iyi ndirimbo ifasha ishengero ryawe canke abaririmvyi.
Nta gitekerezo kirabaho. Ba uwambere gusangira.