Izina aryawe ni rininahazwe
Ubwami bwawe ni buze
Ivyo ushaka ni bigirwe kw’isi nko mw’ijuru
Uduhe ivyo kurya
Bidukwiye uyu musi
Uturekurire ibicumuro vyacu
Nkuko natwe turekurira abatugiriye nabi
Ntudutererane ibitwosha nabi
Yamara udukize akabi
DAWE WA TWESE
Yanditswe na François NDAYISHIMIYE
Fungura PDF kuraba inota yose, canke soma amagambo y'indirimbo hepfo.
DAWE WA TWESE
PATER NOSTER I
Ibitekerezo
Sangira uko iyi ndirimbo ifasha ishengero ryawe canke abaririmvyi.
Nta gitekerezo kirabaho. Ba uwambere gusangira.